Additionally, paste this code immediately after the opening tag:

History of Burundi

(English) Burundi is one of the few countries in Africa, along with its closely linked neighbour Rwanda a...

Free

Store review

(English)

Burundi is one of the few countries in Africa, along with its closely linked neighbour Rwanda among others (such as Botswana, Lesotho, and Swaziland), to be a direct territorial continuation of a pre-colonial era African state.

(Ikirundi)

Irepuburika y’Uburundi (Urundi) ni igihugu kiri mu Bufirika bw’ubuseruko. Bukikujwe n'Urwanda mu buraruko; Tanzania mu buseruko hamwe n'Irepuburika iharanira idemokarasi ya Kongo RDC mu burengero. Ikiyaga Tanganyika kiri mu burengero bw’Uburundi kiri hafi y’umurwa mukuru Bujumbura kikaba ari ica kabiri kw’isi gifise munsi kure cane.

Izina ry’Igihugu: Irepuburika y’Uburundi
Umurwa mukuru: Bujumbura
Uburinganire: Ibirometero kwadarato 27.834 (incuro indwi izinga rya Mayoroka)
Abanyagihugu: 12.100.000 (2019) mur’iyi myaka mirongo itatu iheze igitigiri c’abantu caraduze incuro kabiri
Ukurundana: Abantu 435 ku kirometero kwadarato: Uburundi buri mu bihugu bifise abantu benshi mu Bufirika
Ukwikukira: Ku wa mbere Mukakaro 1962
Icitiro: Umurundi, Umurundikazi

Last update

Jan. 3, 2020

Read more